NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

Ivy’uko ubuzima buzimvye ngaha mu Burundi tuvyihoze.
Président Neva, abona we atari bizarre 🤷🏾‍♂️ raba ingene yihanagura vraiment, umenga no umudandaza w’inkweto 😂

account_circle
NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

Ibi bintu birateye agahinda 😭
Mu Burundi 🇧🇮 ata Président dufise 🚩
Mu Burundi 🇧🇮 ata Président dufise 🚩
Mu Burundi 🇧🇮 ata Président dufise 🚩
Mu Burundi 🇧🇮 ata Président dufise 🚩
Mu Burundi 🇧🇮 ata Président dufise 🚩
Mu Burundi 🇧🇮 ata Président dufise 🚩

account_circle
NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

U Burundi ata muyagankuba uhagije dufise, mu Rwanda barafise industries zibiri zikora amatara yo ku ibarabara.

Dufise indongozi irushe.

account_circle
NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

Umugambwe CNDD-FDD muri photo ya mbere na FPR-INKOTANYI muri photo ya 2. 🤭🤭
Barundi, ndatewe isoni no gusangira Igihugu n’abantu umenga ngo ni ibijuju bari ngaha batuka u Rwanda kandi u Rwanda ni akarorero keza mu iterambere.

#NdayishimiyeVyaranse
account_circle
NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

Iyi vidéo muraba ngaha ni Kigali mu Rwanda 🇷🇼, un pays dirigé par un vrai homme de l’Afrique .
Naho twe ngaha i Burundi, turongowe n’abasuma b’abaDD n’umu General atarigeze atsinda urugamba na rumwe, none ngo azotugeza ku iterambere 🤭

account_circle
NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

Rwanda 🇷🇼 Burundi 🇧🇮

Nyenicubahiro tanga imihoho, Igihugu carakunaniye. Raba ingene u Rwanda ruri organisé na Bus mu gisagara i Kigali🤷🏾‍♂️

est un grand homme qui se respecte et qui a une vision très claire.

Rwanda 🇷🇼                             Burundi 🇧🇮 

Nyenicubahiro #NEVA tanga imihoho, Igihugu carakunaniye. Raba ingene u Rwanda ruri organisé na Bus mu gisagara i Kigali🤷🏾‍♂️ 

#Kagame est un grand homme qui se respecte et qui a une vision très claire. 

#NdayishimiyeVyaranse
account_circle
NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

Nyenicubahiro yafunguye robinet 🚰 🤣🤣, mu Rwanda ho haraciye imyaka S.E atashe industrie, itunganya amazi 👏🏾👏🏾

Abarundi turarushe kugira indongozi ngiyi irongowe na Varisito, l’incompétent 😭

Nyenicubahiro #Neve yafunguye robinet 🚰 🤣🤣, mu Rwanda ho haraciye imyaka S.E #PK atashe industrie, itunganya amazi 👏🏾👏🏾 

Abarundi turarushe kugira indongozi ngiyi irongowe na Varisito, l’incompétent 😭

#NdayishimiyeVyaranse
account_circle
NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

Ata président dufise 🚩

Mu kiringo c’iminsi 2 gusa, cabinet yose ivyukira kuri aéroport kubera ingendo za zidafise ico zisiguye ku buzima bw’Igihugu.

Aba bashikiranganji bakora akazi bajejwe ryari?

Mu kiringo c’iminsi 2 gusa, cabinet yose ivyukira kuri aéroport kubera ingendo za #Neva zidafise ico zisiguye ku buzima bw’Igihugu. 

Aba bashikiranganji bakora akazi bajejwe ryari? 

#NdayishimiyeVyaranse
account_circle